BURUNDI: Vuba cane indirimbo "weekend Style" Ya "Metou Brown" irasohoka

Metou Brown N’umuririmvyi akicirondeza mumuziki ndundi ndetse Aho ubona ko ataho umuziki wiwe urashika kiretse ko Abarundi n’abandi banyamahanga bake bamuzi.

Metou Brown Inyuma yaho aduha Urukurikirane rw’i dirimbo Zitatu(3) yise "INYABUTATU EP" Harimwo iyo yise:
1. Ahabona
2. Uwomumuji
3. My name

Metou Brown Akaba agiye kuduhereza ikindi gikorwa uku kwezi nyene kwa Ruhuhuma uyu mwaka wa 2022 yise "Weekend style" .

Bandanya udushigikira KUKO uburyo ajemwo birateye amakenga ninayo mpamvu twamubazaniye.


Genesisbizz

Related Articles

Ibitekerezo

  • - Nibishobora Theogene

    Kweli natwe tukurinyuma kora ushike kuco wipfuje gushikako it Black Man

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO