BURUNDi:Mb Data agiye kurekura Ikindi gikorwa Yise "NDARONGOWE"

Inyuma y’agacere yari amazemwo igihe kuvaho arekuriye igikorwa catumye Benshi bakunda ndetse baranamuhurumbira cane Yise "Bandyayera" Mb Data aragarutse kandi na "NDARONGOWE".

Mb Data ugerageje kumwitegereza no kumuraba N’umuririmvyi agerageza Kwandika indirimbo neza unayumvirije igira Ico igusigiye.

Mbega yoba agira avuge kubijanye no kurongorwa kw’abagabo ko arivyo biharawe? , Iconzi co MB Data Ntakintu akorera ubusa kiba gifise intumbero yaco.

Mb Data amazina yiwe ni BUTOYI Moïse Ntitwovuga amateka yiwe ngo tuyamare.

Raba ibihangano bitandukanye bya Mb Data ngaha.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO