Berry music na Sailo soldier babateguriye igiteramo muri province Makamba commune Mabanda

Sailo soldier boy yabateguriye igiteramo kizobera muri province Makamba commune Mabanda .

Ico giteramo kikaba kizobera muri Province Makamba commune Mabanda ,aho kizobera mukavyiniro gashasha ,aho kitwa ’’NIYONGABO HOTEL ’’ .

Aho kizohuriramwo abaririvyi bagiye batandukanye ndetse bafise nibikorwa vyishi ,aho hazoba hari Berry Music ,Sailo soldier Boy , Ndetse numu commedie akomeye cane azwi kwizina rya Nyamate, ndetse nabandi bagiye batandukanye.

Ico giteramo kikaba categuwe numuririvyi Sailo soldier boy .

Aho kizoba kwigenekerezo rya 11 , 12 zu kwezi kwa kabiri (fevrier).

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO