Berry music yaditse urwandiko kurubuga rwiwe rwa Twitter avuga kahevye indirimbo za Secular

Berry music aho habicishije kurubuga rwiwe rwa internet aho yanditse avuga koyipfuza kubona ariko aririmbira imana
Ni Berry music asazwe arumuririvyi wu Burundi , aho amaze gukora vyinshi ndetse bi mushikana kure .
Aho Berry music yamenyekanye kundirimbo nka :’’Melana’’, ’’Angelina’’......nizindi , aho izo ndirimbo zakuzwe nabatari bake ndetse zishika kure .
Aho yanditse urwandiko kurubuga rwiwe rwa Twitter avuga ati :This2023
Umutima wanje
Wumva woririmbira
Uhoraho gusa
Kuko ivyisi biruhisha umutima.
Aho abakunzi bumuziki ndundi bibajije ko umuririvyi asazwe akomeye gose nka Berry music yoba agira ahebe umuziki ariwe secular akaja muri Gospel .