BURUNDI:Bien freema aherutse gushira hanze indirimbo ndetse inatangaza benshi

Bien freema aherutse kunezereza abakunzi b’umuziki ndundi mugihe yaramaze igihe gitari gito ataboneka.

Bien freema numwe mubaririvyi bariko babikora neza ,aho bien freema hari haheze imisi ataboneka mugakino kumuziki , aho yaherukira kundirimbo yise ’’Only you’’ iyo ndirimbo ikaba imaze amezi agera kuratanu .

Bien freema aho novuga yuko amaze imyaka itari mike akora umuziki wu Burundi , aho indirimbo ziwe zishika kure hashoboka mbere zikanaja mu mitima yabantu .

Bien freema akaba aherutse gushira hanze indirimbo yise ’’Love on fire’’,iyo ndirimbo ikaba iriko irakirwa neza nabakunzi b’umuziki ndundi .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO