Big fizzo aherutse gushira ahabona indirimbo yise ’’Intwari’’

Big Fizzo aho aherutse gushira ahabona indirimbo yise ’’Intwari’’ ni Big fizzo benshi bamenye kubintu bigiye bitandukanye , aho amaze gushika nakure mumwuga wiwe w’umuziki .
.
Big fizzo aho yaramaze imisi ari mubiteramo mumahanga , ndetse aho yaciye agaruka gutegura Festival de l’indépendance 2eme édition , Ubu ngubu akaba yasubiye mumahanga mugiteramo yatumiwemwo .
Big fizzo aho yaramaze imisi atabaha igikorwa ubu ngubu akaba yabazaniye indirimbo yise ’’Intwari ’’, indirimbo ifise umudiho mwiza , ndetse irimwo namajambo meza kugihugu cu Burundi.