Blayzo Mamelodie yashize hanze indirimbo sha yise ’’Emotion’’

Blayzo Mamelody yamenyesheje abakunzi bu muziki ndundi kagira abahe akaririmbo yise ’’Emotion’’.

Blayzo Mamelody akaba asazwe arumuririvyi akiri muto cane ndetse ariko arabikora neza cane , akaba asazwe ari muri team isazwe yitwa "MT MONEY TEAM" ikaba isazwe irimwo abaririvyi bagera kuri bane ( 4 ).

Blayzo Mamelody hakaba hari haheze imisi ataboneka mu muziki , aho yaraheruka gushira hanze indirimbo yise ’’AKANA’’ aho yarikumwe n’umuririvyi azwi kwizina rya P_love .

Blayzo Mamelody akaba yosohoye cover yindirimbo yise ’’Émotion ’’ aho iyo ndirimbo iza yamaze gushika ku rububuga rwa Boom play .

Blayzo Mamelody akaba arumwe mu baririvyi bamenyerewe mu ndirimbo z’urukundo cane ,aho usanga arindirimbo irimwo amajambo akomeye cane .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO