Burundi :Abatunganya ihiganwa rya Miss Burundi numusi niho bakora igikorwa co kugenzura abaje kwiyandikisha

Kuruno musi itariki 10 Ntwarante 2022 , niho haba igikorwa co kugenzura abigeme bitabiriye ihiganwa rya Miss Burundi.

Numusi itariki 10 Ntwarante 2022 niho abatunganya igikorwa ca Miss Burundi bagenzura amadosiye y’abiyandikishije muriryo higanwa.

Bimwe mu vyakozwe kwari ugupima uburebure n’ibiro kugirango barabe kuwiyandikishije atabeshe No gusuzuma dosiye zikwije .

Kumusi w’ejo itariki 11 Ntwarante 2022 niho Hazoshobora kumenyekana abazoshobora kubandanya muri iryo higanwa rya Miss Burundi.

Ku bwawe nk’Umurundikazi ,n’iyihe migambi ubona yoshirwa imbere naba bigeme bitabiriye iryo higanwa .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO