Burundi : Ado_josan agira aze nama collabo menshi.

Ado_Josan aho ari mukaruhuko mu Burundi ,aho aje gusubira kuryohera Abarundi muri rusangi.

Aho haboneste ari muri studio aho yararikumwe n’umuririvyi azwi kwiziana rya D_one .

Aho Ado_Josan ari mu karuhuko mu Burundi aho iyaje mu Burundi atazanwa nubusa aho kenshi aje atareka kugenda aryoheye Abarundi aho muzi igihe yaheruka yagiye aduhaye igikorwa yarikumwe na Kirikou na NJ .

Ubu nabo akaba agira atuzanire iyo barikumwe na D_One ndeste n’abandi batandukanye ,uwo muririvyi Ado_Josan aho yabonye gukorana ama colabo nabandi baririvyi bo mubindi bihugu ataco bimuzanira akaba agomba abaze ashushe aho avuka .

Mbega Ado_Joson nk’abakunzi b’umuziki Ndundi mwibaza iyo azobazanira izokudwa cane nkizindi?

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO