Burundi : Ally Smith Aragarutse n’ikindi gikorwa Arikumwe na Chérine Rck Inyuma y’igihe kinini ataboneka.

Inyuma y’umwaka ataboneka Ally Smith Aragarutse kandi n’ikindi gikorwa Arikumwe na Chérine Rck Yise "NDUWAWE" kizosohokana n’amasanamu

Ally Smith N’umuririmvyi yavukiye Mugisagara ca Bujumbura,numwe mu baririmvyi bariko barirondeza kugira barabe ko haraho bokwishikana, Inyuma yo Gukora indirimbo nyinshi ,collabo Nyinshi,Arikumwe na Aubin Lux hamwe n’izindi.

Ubu naho Aragarutse n’umwigeme Chérine Rck asanzwe nawe ariko aravyifatamwo neza, batuzaniye igikorwa bise "NDUWAWE". Bakahimiriza Abakunzi babo n’abakunzi B’umuziki w’i Burundi kubashigikira Vuba cane igikorwa kirabashikira.

Abakunzi b’umuziki ndundi begereye iyo miyabaga batubwirako Vyoba bivugwa ko Bari murukundo Amakuru ameze neza tukaba turiko turayabatohoreza Vuba cane tubaha uko vyifashe Bandanya mudukurikirana.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO