Burundi : Alvin Smith yamenyesheje abakunzi b’umuziki Ndundi kagira ashire hanze indirimbo yise ’’BANGO BANGO’’.

Alvin Smith yamenyesheje abakunzi b’umuziki ndundi kagira ashire hanze indirimbo yise ’’BANGO BANGO’’.

Alvin Smith numwe mubaririvyi b’Uburundi babikora neza ,akaba ari mubaririvyi bakora ibintu vyinshi cane inyuma y’umuziki Ndundi .

Aho Alvin Smith ari umu commedie ,akaba umuririvyi ,akaba arumu journaliste vyose akaba abikora ,vyose kandi akaba abishira kurubuga rwiwe rwa youtube .

Alvin Smith aho nimugihe yamenyesheje abakuzi bumuziki Ndundi kagira abahe uwundi muziki mwiza yise ’’BANGO BANGO’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO