Agahugu katagira Umuco karacika umuhanzi Maguru agaragaje uruhare rw’umuziki...
- 12/05/2022 saa 15:56
Alvin smith kuruno musi niho yashize hanze amasanamu y’indirimbo yise ’’BANGO BANGO’’.
Uwu numwe mu baririvyi bariko babikora neza ,aho novuga yuko mu muziki wa Burundi amaze gukora vyinshi ndeste bikanashika kure .
Kuruno musi niho yashira hanze amasanamu y’indirimbo yise ’’BANGO BANGO’’,aho novuga yuko yaramaze igihe kinini ataryohera abakunzi b’umuziki Ndundi .
Alvin smith akaba arumwe mu baririvyi bakora ibintu vyinshi ndeste bigiye bitandukanye ,aho novuga yuko akina nama sinema agakudwa cane .
Ariko numusi yazaniye abakunzi b’umuziki Ndundi indirimbo nziza ndeste ifise namasanamu .