Burundi: Berry Music yaronkejwe Certificat yo kuvuza umuziki

Berry Music akaba yaronkejwe Certificat yo kuvuza umuziki aho yayironkejwe na Marahaba center.

Berry Music numwe mu baririmvyi bariko barakora neza cane , aho nimugihe yaraheruka gushira hanze indirimbo yise ’’MA’’.

Berry Music akaba afise indirimbo zitari nke zashiste Kure ,ndeste zikudwa na beshi , Berry Music akaba ari mubaririvyi bakuzwe cane mugihugu c’U Burundi ,aho nimugihe aguma ahabwa udushimwe tugiye dutandukanye.

Berry Music akaba yizewe na Marahaba Center aho yamuronkeje Certificat yo kuvuza umuziki ,ivyo bikaboneka kumuziki Ndundi uriko uratera intabwe ishimishije.

Aho nimugihe Berry Music ariwe yatowe kazoririmba muri Marahaba Festival .

Berry music agasaba abakunzi b’umuziki Ndundi kubandanya bamushigikira kugira umuziki Ndundi ushike Kure.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO