Burundi : Berry music yatorewe kuririmba muri Marahaba Festival

Berry Music yatowe kariwe muririvyi azoririmba muri Marahaba Festival izoba mu kwezi kw’indwi. Ni umwe mu baririvyi bato gusa bakunzwe cane mu Burundi no hanze.

Ni Berry Music novuga yuko akiri umuririvyi muto ,ndeste akaba afise indirimbo zakuzwe cane ,ndeste zashiste kure .

Berry music aho afise indirimbo zitari nke ndeste zageze kure ,aho novuga yuko Berry Music yamenyekanye cane kuri ’’MELANA’’ ; ’’ANGELINA’’ ; ’’TONIGHT ’’ ; ’’HELENA’’.

Ubu ngubu Berry Music akaba yaraheruka no gushira hanze indirimbo yise ’’MA’’ ,indirimbo novuga yuko iriko irabikora neza cane .

Berry Music akaba ariwe yatowe kazoririmba muri Marahaba Festival mu kwezi kw’indwi (Juillet) ,akaba ariteka rikomeye cane ku muririvyi w’u Burundi.

Raba indirimbo "MA" ya Berry Music ngaha.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO