Burundi :Best Life Music yashize hanze indirimbo yise Wonderful Love

Best Life Music yamenyesheje abakunzi b’umuziki Ndundi ko baje n’igikorwa gishasha kandi ko batazasubira inyuma.

Best Life Music akaba arimwe mu mirwi isigaye itaboneka kenshi ,aho nov uga yuko arumurwi watanguye kera ,ndeste ukora n’indirimbo zitari nke .

Best Life Music nimwe mu mirwi yakoze indirimbo zitari nke ndeste zimenyekana ahantu hatandukanye .

Aho Best Life Music bari abasore bane , ubu basigaye ari abasore batatu ,aho umwe yabavuyemwo ,akaba asigaye yikorana arumwe .

Best Life Music ikaba yamenyesheje abakunzi b’umuziki Ndundi kigira ibahe igikorwa yise ’’WONDERFUL LOVE’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO