Agahugu katagira Umuco karacika umuhanzi Maguru agaragaje uruhare rw’umuziki...
- 12/05/2022 saa 15:56
Bien Freema aho aheruka gushira hanze indirimbo yise ’’NDOMBOLO’’ ,aho mwiyo sanamu ubona amasanamu y’umukunzi wiwe.
Ni Bien Freema novuga yuko ariko abikora neza ,ni Bien Freema novuga yuko inyuma ya ’’NDOMBOLO’’yaraheruka gushira hanze indirimbo yise ’’FATA UMWANA’’ .
Aho iyo ndirimbo yashiste ,kandi arindirimbo iri mumudiho wa Mapiano
Bien Freema akavuga yuko muruno mwaka wa 2022 agiye kuryohera abakunzi b’umuziki Ndundi ,akabasaba kuguma bamushigikira hirya no hino.
Bien Freema indirimbo yiwe shasha ’’NDOMBOLO’’ aho yayisohose kumusi wabakundanye ,aho nimugihe umukunzi wiwe yaraheruste kuva mumahanga .
Ndeste nomwiyo ndirimbo urabonamwo amashusho arikumwe numukunzi .
Raba ’’NDOMBOLO’’ by Bien Freema’’