Burundi : Big Zoe na Berry Music bibonekeje bari gukora amasanamu y’indirimbo itaramenyekana

Big Zoe yibonekeje ari gukora amasanamu y’indirimbo azoba arikumwe Berry Music nawe ukunzwe cane na beshi mu Burundi.

Big Zoe asazwe aririmba indirimbo zihayagiza Imana ,akaba yaraheruka gushira hanze indirimbo ndeste ikaba yarashiste kure hashoboka.

Big Zoe numwe mu baririvyi bamenyekanye cane mugihugu cu Burundi , ndeste n’indirimbo ziwe zishika ahantu hagiye hatandukanye.

Uyu muririvyi yibonekeje ariko akora amasanamu arikumwe n’umuririvyi akomeye cane mu Burundi azwi kwizina rya Berry Music.

Indirimbo bariko bakorana nuwo musore Berry Music ,aho tutaramenya izina ryayo ,muga amakuru tukura mu babajejwe bikavurwa kari indirimbo mpuza makungu izoba ije itavyorosha .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO