Burundi: Chris Mb na Keys Roxane bahuriye mu ndirimbo bise Ma Reine

Chris Mb aramenyesha abakunzi b’umuziki Ndundi kagira abahe umuziki mwiza wakanovera aho azoba arikumwe na Keys Roxane.

Chris Mb numwe mu baririvyi bafite akazoza keza ,aho ari no mubaririvyi bakiri bato .

Chris Mb kenshi akaba aririmba mururimi rwa France ,aho abenshi bamwita Dadju w’i Burundi .

Chris Mb akaba afise ibikorwa vyinshi ndeste vyakunzwe nabenshi ndeste bikanashika kure .

Chris Mb akaba amenyesha abakunzi bumuziki Ndundi kagira abazanire umuziki mwiza ndeste wakanovera , aho iyo indirimbo yitwa ’’ MA REINE’’ akaba yarayikoranye na Roxane.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO