Burundi: DJ Oli agarukanye indirimbo yise Size Yanjye

DJ Oli yamenyesheje abakunzi b’umuziki ndundi kagira ashire hanze indirimbo yise ’’SIZE YANJYE’’ , iyo ndirimbo akazoyishira hanze kumusi wamavuko yiwe .

Dj Oli numwe mubaririvyi bariko bakora neza,aho nimugihe DJ Oli hari haheze Ukwezi ataryohera abakunzi b’umuziki Ndundi.

DJ Oli akaba afise indirimbo zashiste Kure ndeste nama collabo akomakomeye hariho izo yakoranye na Fabilove umwe muba rappeur bakomeye cane , ndeste niyo yakoranye na Mt Number one nawe akaba ari mubaririvyi bakuzwe cane mu Burundi .

DJ Oli akaba yamenyesheje abakunzi bu muziki ndundi KO agira abahe indirimbo yise ’’SIZE YANJYE’’ .

Tukaba twatohoje neza iyo ndirimbo akaba azoyisohora itariki 07 z’ukwezi kwa gatatu 2022, aho nimugihe uwo muririvyi afise isabukuru kwiyo tariki nyene .

Amakuru twakuye kwuwo muririvyi DJ Oli akavuga KO iyo ndirimbo azoba ari nkimpano kubakunzi bu muziki Ndundi .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO