Burundi : Éric umwana akiri muto cane afise ingabirano yo kuririmba itangaje

Éric ni umwana akiri muto afise impano ikomeye cane ,aho aririmba umudiho wa Gospel .

Ni Éric asazwe aririmba indirimbo zihayagiza Imana arizo Gospel ,akaba akomoka mu gihugu cu Burundi intara ya Makamba ,commune Mabanda.

Éric akaba afise indirimbo yise ’’KIBIRENGEYE’’ aho iyo ndirimbo ari Indirimbo imeze neza cane Ihimbaza Imana .

Éric akaba yamenyesheje abakunzi b’umudiho wa Gospel kagira abazanire ikindi gikorwa kimeze neza cane.

Akaba asaba abakunzi buwo mudiho kobokomeza bamufata ukuboko kugira ashikane impano yiwe ahashoboka , akanavuga kagiye guhagurukira umudiho wa Gospel mugihugu cu Burundi .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO