Burundi: G Floks ashize hanze indirimbo yiwe yambere ’’COME CLOSER’’

G Floks ashize indirimbo yiwe ya mbere yise ’’COME CLOSER’’ aho yashimishije benshi ,akaba ari umuririvyi akiri muto cane .

G Floks ashize indirimbo yiwe ya mbere ,aho ijugumije benshi ikiri audio ,aho uwo musore yahora asubiramwo indirimbo zabandi .

Nigake biba kubaririvyi ,ariko birabaye kuri G Floks aho ashize hanze indirimbo yiwe yise ’’COME CLOSER’’ .

Aho iyo indirimbo yaryoheye benshi ndeste no muba star benshi bakaba bamufashije cane duhereye kugihangange Sat_B, B_face ,Ado_josan ndeste n’abandi bagiye batandukanye .

Akaba arindirimbo ikozwe neza cane ,mumudiho mwiza .

Tukaba tuzi yuko iyo umuririvyi atanguye neza kenshi mu Burundi benshi baca barwa hasi ,ariko tukibaza G Floks bizogenda gute .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO