Burundi: Intwari z’amateka ibihumbi ni igikorwa gisha utagomba gucikwa cy’umurwi Amagaba

Umurwi Amagaba ukaba uza gushira hanze igikorwa bise ’’INTWARI Z’AMATEKA IBIHUMBI’’,uwo murwi ukaba ukora indirimbo za karanga.

yamenyesheje abakunzi b’umuziki wa Karanga ko bagira babahe igikorwa ciza kuruno musi nyene.

uyu numwe mu mirwi iririmba indirimbo za karanga k’Uburundi ,aho yatanguye kuva kera nubu igikora.

Amagaba akaba arimwe mu mirwi ibikora neza ndeste harimwo n’abana bakiri bato ,aho umurwi Amagaba ufise amateka menshi mu gihugu c’Uburundi.

Amagaba ukaba ufise ibikorwa vyinshi vyamenyekanye ahantu henshi hagiye hatandukanye.

Umurwi Amagaba ukaba usazwe ukora urubanza neza mu bijanye n’ugutamba indirimbo zakaranga kigihugu c’Uburundi ,ndeste bakanavuza ingoma zigihugu c’Uburundi .

Kuruno musi Umurwi Amagaba ukaza kubaha igikorwa citwa ’’INTWARI Z’AMATEKA IBIHUMBI’’ numusi nyene akaba ariho bayishira ahabona.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO