Burundi: Inyuma y’imisi Myinshi B Eloheeka yasangije abakunzi biwe Ikindi gikorwa

B Eloheeka N’umuririmvyikazi w’umu Raperi uyu musi Niho yasangiza abakunzi biwe Indirimbo yiwe Nshasha Yise "Wake UP" inyuma y’igihe ataboneka.

Umuraperi w’Umurundikazi "B Eloheeka" Yatanguye umuziki Kuva 2020 aririmba mw’ishengero Inyuma yaho aza kuja muri Studio,n’umwigeme akiri Muto Ari musi y’imyaka 20 impano yiwe ikaba itangaza Benshi.

Uyu mwana Amakuru dukesha kubakunzi biwe batubwirako mu Ndirimbo "Wake UP" ARI indirimbo yahaye abakunzi biwe kugira abereke ko akihari ahubwo ari ishure ryamufatiriye.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO