Burundi : Isinema mwakunze cane ’’MUGISHA’’ igiye kugaruka n’igice ca 3

Mugisha yamenyesheje abakunzi ba sinema ndundi ko ’’MUGISHA IGICE CA 3’’ igira ije ahabona.

Aho ni mugihe hari haheze igihe kinini iyo sinema itaboneka mu Burundi, aho novuga yuko yarangiye iri kugice ca kabiri .

Muga nyene kuyandika azwi kwizina rya Mugisha aho yamenyesheje abakunzi ba simema kagira ashire hanze igice ca gatatu .

Iyo sinema no vuga kiri muza mbere mu Burundi zamamaye ndeste no mumahanga ,aho kugera nino saha bamwe bakiyikunda .

Aho novuga yuko nyene kwandika iyo sinema ariyo yatumye amenyekana ahantu hatandukanye ariwe Mugisha nyene, akavuga yuko igice kigira kize kizoba gifise ubuhinga kurusha ibice bibiri vyambere .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO