Burundi: Kebby Boy yashize hanze amasanamu yindirimbo ’’WALEO’’.

Kebby Boy akaba yashize hanze amasanamu yindirimbo ’’WALEO’’ aho uwo muririvyi w’umurundi asazwe akorera umuziki wiwe muri France .

Kebby Boy numwe mubaririvyi bariko bakora neza ,aho asazwe akorera umuziki wiwe muri France .

Kebby Boy akaba yamuka mugihugu c’Uburundi ,aho yashize hanze amasanamu yindirimbo ’’WALEO’’ ,akaba yayikoreye muri France nyene ,akaba arindirimbo ifise amasanamu meza .

Kebby Boy akaba yararonkejwe agashimwe ka Platform show ,aho havuzwe amajambo menshi ngo ntagakwiye .

Raba ’’WALEO’’ by Kebby Boy .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO