Burundi : Kingorongoro yibasiye abaraperi b’Abarundi mu ndirimbo "Njenje"

Kingorongoro yamenyesheje abakunzi b’umuziki ndundi kagira ashire hanze amasanamu yindirimbo ’’NJENJE’’. Muri iyi ndirimbo yavuze ku baraperi b’Abarundi.

Kingorongoro aritegura gushira hanze indirimbo Njenje, Aho iyo ndirimbo yari yayishize hanze igihe bavuga ko adakwiye kuronka agashimwe ka platform show .

Muri iyi ndirimbo yayishize hanze arikumwe na Mutima Le Comedien ,aho iyo indirimbo yariko avuga kubaririvyi baba rapeur cane cane.

Aho yaciye anabarekurira baririmbire kuri beat yiwe ,kugira bamwishure ,aho vyakoze aba rapeur bake abandi ntitwibaza ko batinye .

Aho Kingorongoro yaciye amenyesha abakunzi biwe bumuziki Ndundi kagira abahe amasanamu yindirimbo’’NJENJE’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO