Burundi :Lolilo Simba agarukanye indirimbo nsha yise "IKETE"

Lolilo Simba yamenyesheje ku rubuga rwiwe kagira arekure indirimbo yise ’’IKETE’’,aho inyuma yaho yaraheruka gushira hanze indirimbo yise ’’NZOTEGEREZA’’.

Lolilo ari mu baririvyi batanguye umuziki kuva kera ,ndeste aho yakoze amateka atari make ,kuburyo mu Burundi atanumwe birorohera kubishikako .

Aho nimugihe yaririmbanye nivyamamare bibiri muri Afrique aho bazwi nka Diamond Platnumz , ndeste na Alikiba .

Aho muzi yuko yaraheruka gushira hanze indirimbo arikumwe na Alikiba ,aho yavuzweko amajambo menshi ,niho munyuma aca abazanira indirimbo yise ’’NZOTEGEREZA’’ aho iyo indirimbo yavuzweko amajambo atari make.

Ubu ngubu Lolilo Simba yamenyesheje abakunzi bumuziki Ndundi ,aho yavyandiste kumbunga ziwe avuga yuko agira abazanire indirimbo yise ’’IKETE ’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO