Burundi :Lolilo Simba arashize hanze indirimbo ’’NZOTEGEREZA’’ yari itegerejwe na beshi

Lolilo Simba ashize hanze indirimbo yiwe yise ’’NZOTEGEREZA’’,aho ni mugihe kumusi w’ejo hatorwa uwurongoye AMB (Amical Des Musiciens Du Burundi).

Lolilo Simba kuba yabonye kumusi wejo bahinduye uwurongoye AMB (Amical des Musicien Du Burundi ) ,nawe acagirako atanga isango y’uko itariki 07/02/2022 azoyishira hanze.

Aho nimugihe Lolilo Simba yaraheruka gushira hanze indirimbo barikumwe na Alikiba ,iyo ndirimbo ikaba yavugishije benshi ariko Lolilo Simba ntiyaciste intege yagumye akora.

’’NZOTEGEREZA’’ nimwe mundirimbo zikozwe neza ,kandi ikaba ifise n’amasanamu meza cane .

Raba nzotegereza ngaha

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO