Burundi:Lolilo Simba yashize amasanamu hanze y’indirimbo ’’S FACTOR’’

Lolilo Simba ashize hanze indirimbo irikumwe n’amasanamu aho yayise ’’S FACTOR’’.
Ni Lolilo Simba asazwe ariko arabikora neza , aho abeshi bamuzi ku ndirimbo nyinshi zamenyekanye ahantu hagiye hatandukanye.
Lolilo Simba aho yaraheruka gushira hanze indirimbo yise ’’NZOTEGEREZA’’ ,iyo ndirimbo ikaba yakuzwe nabatari bake , aho ndeste bayivuzeko amajambo menshi .
Aho iyo ndirimbo yashiste ahantu hatandukanye ndeste ishika na Kure hashoboka.
Aho iyo ndirimbo yashize hanze ariyo gutanganza umuti , anavuga ivyo uvura , ariwo ’’S FACTOR’’
Lolilo Simba inyuma yamasaha make akaba ahejeje gushira hanze indirimbo irikumwe n’amasanamu aho yayise ’’S FACTOR’’, aho ubona yuko arindirimbo ifise amasanamu meza cane kandi mpuzamakungu .
Iyo ndirimbo ikaba irimwo impanuro ku bantu barwaye irwara nka Cancer ndeste nizindi rwara ,niyo wayumviriza uraza kumenya uko wozikingira izo rwara.