Burundi :MARAHABA FESTIVAL uno musi hakaba hariko haba Education ya Platforms music

MARAHABA FESTIVAL kumusi ugira kabiri iriko ibera mugihugu cu Burundi ,aho kuruno musi hari Education ya platforms music muri afurika ifite ibiro bikuru muri Johanesburg muri Afurika y’ubumanuko.

MARAHABA FESTIVAL kumusi ugira kabiri iriko iraba ,mukibanza ca Institut Francais, ikaba iriko ibera mugihugu cu Burundi .

Aho numusi hariko haba Education ya platforms music muri Afurika ifite ibiro bikuru muri Johanesburg muri Afurika y’ubumanuko.

Akaba ari platforms nini gose ifasha abaririvyi benshi cane.

Aho abaririvyi benshi bavuye mumihingo itandukanye ya Afurika bitabiriye iyo seminaire ,iyo seminaire ikaba iriko ifasha abaririvyi bagiye batandukanye kugira bungure ubumenyi mu bintu bigiye bitandukanye .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO