Burundi :Mac Pharaon agarukanye indirimbo nsha yise "Yaya Yaya"

Mac Pharaon yamenyesheje abakunzi b’umuziki Ndundi kagira ashire hanze indirimbo yise ’’YAYA YAYA’’.
Mac Pharaon ni umwe mu baririmvyi bari kwitwara neza mu muziki ndetse ni umwe mu batanga akazoza mu muziki Ndundi no kuwumenyekans .
Uyu muririmvyi yaherukaga gushira hanze indirimbo yitwa ’’MIKOSi’ nayo ikaba yarakunzwe na benshi.
Mac Pharaon ubu yatangarije abakunzi be ko agirango abahe indirimbo nsha yise ’’YAYA YAYA’’aho izajya hanze vuba, amasanamu n’amajwi (audio) yayo.
Raba MIKOSI ya Mac Pharaon ngaha.