Burundi : Madiba Tha classic twavumbuye ko ari gutegurira indirimbo nsha abakunzi biwe

Madiba Tha Classic yamenyesheje abakunzi b’umuziki Ndundi kagira ashire hanze indirimbo aho atashimye kuyivuga izina.

Ni Madiba Tha Classic asazwe arumuririvyi akiri muto cane , aho ari umuririvyi afise impano itangaje cane.

Numuririvyi kenshi iyo akoze indirimbo ishika Kure cane, yaraheruka gushira hanze indirimbo yise ’’UYUMUSI’’, aho ari ndirimbo yatangaje benshi cane , kumvo y’uko yayiririvye mu mudiho batamumenyereyeko.

Iyo ndirimbo bica bituma ishika kure hashoboka ,aho yakunzwe nabatari bake , Madiba Tha Classic akaba yaciye amenyesha abakunzi b’umuziki Ndundi kagira abazanire ikindi gikorwa .

Tukibaza mbega iyo ndirimbo izoba iteye gute , kubera ko numwe mubaririvyi iyo asohoye igikorwa gitungura benshi cane.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO