Burundi: Marahaba Festival iriko ibera kuri institut francais de Bujumbura Kuva le 17 au 19

MARAHABA FESTIVAL 2022 iriko ibera mugihugu cu Burundi aho ari 4 eme edition ,aho yahuriyemwo ibihugu bigiye bitandukanye .

MARAHABA FESTIVAL iriko ibera mugihugu cu Burundi ,aho yahuriyemwo abaririvyi bagiye batandukanye ,ndeste bavuye mu bihugu bigiye bitandukanye .

Aho MARAHABA FESTIVAL ari 4 eme edition 2022 , ikaba yahuriyemwo abaririvyi bagiye batandukanye nabo naba : Club Amagaba , Groupe Ruciteme , Romain gaby (slameuse) , The Freinds , Yogaman , Ekinox Band , Chirba Dia (Belgique) , Alwatan Taarab Band , Christiaan (Belgique) , Osee Eletra (RDC), Loyaa Champloo ( France ) , Ricky Nanjero Na Marafiki(Kenya ).

Abo akaba aribo baririvyi bahuriye muri MARAHABA FESTIVAL 2022 hakaba hahuriye ibihugu bishika kuri bitanu (5) , aho ari Burundi , Kenya , RDC , Belgique na France .

Aho hibonekeje umuzungu ariko asubiramwo indirimbo y’umuririvyi w’Umurundi azwi kwizina rya Ngabo Leonce ,aho iyo ndirimbo yashiste ahantu hagiye hatandukanye .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO