Burundi : Indirimbo Pam Pana y’umuririmvyi Meili ikomeje kuza ku isonga y’izikunzwe na beshi

’’PAM PANA’’ ni indirimbo ikomeje kwinjira mu mitima y’Abarundi , Iyi ndirimbo yaririmbwe n’umuririmvyikazi Meili uri mu ba mbere bakunzwe mu Burundi.

Meili numwe mu baririvyikazi batangiye umuziki vuba ndeste akaba yaratangaje benshi bitewe n’uburyo yashitse yifatira abakunzi b’umuziki ndundi.

Ni Meili novuga yuko asazwe akora ama karaoké muri Arena ndeste akanaryohera abakunzi bumuziki ndundi .

Aho nimugihe Meili abandanya ababwira kuguma mwumviriza ’’PAM PANA’’ inyuma yuko abazanira ikindi gikorwa .

Meili kugeza ino saha akaba aharurwa mubaririvyikazi b’Abarundi bashoboye .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO