Burundi : Meili umuririvyikazi utanga akazoza mu muziki wa Burundi

Meili kugeza ino saha numuririvyikazi w’Umurundi avyitwaramwo neza ,Uhereye kuri ’’DUKATE’’ ukaja kuri ’’ARABESHA’’ ukaja kuri ’’ PAM PANA’’ ni indirimbo yakoze zigashika kure ndetse zigakundwa n’abatari bake.

Aho nimugihe Meili yaraheruka gushira hanze indirimbo yise ’’PAM PANA’’,aho twovuga yuko Meili aza amaze kwigarurira imitima y’abantu benshi .

Meili ni umuririvyikazi amaze gushika kure ndetse ubu akaba amaze gushira hanze indirimbo zine (4) gusa ,ariko uravye mwizo ndirimbo zose ntanimwe itigeze ishika kure ndetse zatumye amenywa na benshi.

Meili atanga akazoza mu muziki wa Burundi.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO