Agahugu katagira Umuco karacika umuhanzi Maguru agaragaje uruhare rw’umuziki...
- 12/05/2022 saa 15:56
Miss Erica yamenyesheje abakunzi bu’muziki Ndundi kagira abazanire amasanamu y’indirimbo ’’UULA’’ nyuma y’igihe kinini gishize atagaragara mu muziki.
Miss Erica aho novuga yuko kuva akiva muri Empire Avenue ,yaciye aja mugacerere kadasazwe .
Aho benshi bamuvuzeko vyinshi ,aho mukuva muri Empire avenue yarasazwe arumukunzi w’umurongozi wayo asazwe azwi kwizina rya Kent p .
Miss Erica mukuva mwuwo murwi aho bamwatse imbuga ziwe zose yakoresha ,bigatuma aja mugacerere kadasazwe.
Aho yaciye aronka umugabo w’umuzungu ,kuva ico gihe Miss Erica yaciye abura muri muzika y’Uburundi .
Ariko Miss Erica abazaniye indirimbo ifise n’amasanamu meza cane akaba yayise ’’ UULA.
Miss Erica agarukanye imbaraga nyinshi .