Burundi: Mt Number One mu myiteguro yo gushira hanze indirimbo yise "Got You"

Mt Number One yamenyesheje abakunzi b’umuziki Ndundi kagira ave mu gacerere ,aho yaciye asohora Cover yindirimbo yise ’’I GOT YOU’’.Ni indirimbo abatari bake bategereje kuyumva no kuzaraba amasanamu yayo.

Mt Number One numwe mu baririvyi bariko bitwara neza ,aho asazwe akorera umuziki wiwe mu mahanga.

Mt Number One numwe aririvye indirimbo ikudwa na benshi ,mbere ikanashika kure ,kumusi wejo niho yasohora Cover amenyesha abakunzi b’umuziki Ndundi kagira abazanire ikindi gikorwa yise ’’I GOT YOU’’.

Mt Number One aho yaramaze imisi ari mu gacerere tukibaza mbega ’’I GOT YOU ’’ izoba imeze gute.

Abakunzi b’umuziki Ndundi mushonje muhishiwe, kuko iyi ndirimbo Mt Number One azashira hanze amajwi n’amasanamu yayo.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO