Burundi : Natacha Burundi agarukanye indirimbo nsha yise ’’LAMOTO’’

Natacha Burundi aho yaramaze imisi ataboneka ubu aje nindirimbo nshasha. Ni umwe mu baririvyikazi bakunzwe cane aho yagarukanye indirimbo yise ’’ LAMOTO’’ .

Natacha Burundi numwe mubaririvyikazi babikora neza cane ,aho novuga yuko ari mu baririvyikazi b’u Burundi bafise ibikorwa vyinshi bigiye bitandukanye ndeste vyashiste Kure hashoboka.

Natacha Burundi numwe mu baririvyikazi bamaze gutwara ibihembo vyinshi bigiye bitandukanye , aho novuga yuko ibihembo vyinshi anabikura mu mahanga yaserukiye igihugu ciwe c’u Burundi .

Natacha Burundi aho no vuga yuko asazwe ari n’umuririvyikazi afasha abantu benshi bagiye batandukanye .

Natacha Burundi aho yaramaze imisi ataboneka , akaba yagarukanye indirimbo yise ’’ LAMOTO’’.

Raba "LAMOTO" ya Natacha Burundi ngaha.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO