Agahugu katagira Umuco karacika umuhanzi Maguru agaragaje uruhare rw’umuziki...
- 12/05/2022 saa 15:56
Nyamate asazwe akora utugenegene aho avuga yuko covid iriko ibicira vyinshi ,bivanye nuko inkofera ziwe zicaye imisi myinshi .
Nyamate akaba arumuntu azi gutambisha inkofera zigera nko kuri 7 zirenga ,aho arumusore akiri muto.
Abenshi bagatangazwa nivyo akora uwo musore ,akaba arumusore yamuka mu rumonge aho akora ibintu abenshi bakibaza kabikoresha imiti.
Nyamate akaba yamamaye kwico kintu co gutambisha inkofera ,aho avuga yuko covid iriko ibicira vyinshi kubera ata biteramo bikiba ,kubera ibiteramo aravyo bitunze umuntu wese akora utegenegene .
Nyamate akaba avuga k’inkofera zigira zimusazane kubera kuzibika kwa cane .