Burundi : O.L.G Olegue yshishuriye abakunzi b’umuziki we ko agiye kubaha indirimbo nsha yise "AKADAJE"

O.L.G Olegue yibonekeje asa nuwuriko akora amasanamu ,aho nimugihe yatangarije abakunzi b’umuziki Ndundi kagira abazanire indirimbo yise ’’AKADAJE’’.

Ni O.L.G Olegue arumwe mu baririvyi b’Abarundi babikora neza ,ndeste akaba aru muririvyi akiri muto cane .

Aho novuga yuko aza yarigaruriye abakunzi b’umuziki Ndundi ,aho nimugihe ashize indirimbo hanze idateba gushika kure.

O.L.G Olegue numwe ari mubatangaje cane ,abenshi baribaza ubuhinga akoresha bakabubura ,kuko numwe mu baririvyi mu gusohora indirimbo bitonda cane ,kandi ashize indirimbo hanze igashika kure hashoboka .

O.L.G Olegue yibonekeje asa nuwuriko akorera amasanamu indirimbo yiwe yise ’’AKADAJE’’,aho nimugihe yaramaze imisi mugacerere .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO