Agahugu katagira Umuco karacika umuhanzi Maguru agaragaje uruhare rw’umuziki...
- 12/05/2022 saa 15:56
Umuririvyi Sat B ashize hanze amasanamu yindirimbo ’’DAWA’’ ,akaba arindirimbo ifise amasanamu meza cane ,yokurata igihugu cu Burundi .
Ni Sat B aho yaraheruka gushira hanze Audio yindirimbo ’’DAWA’’, aho mumwanya muto aciye ashira hanze namasanamu yayo .
Sat B yabemereye ko buri kwezi azobaha bishasha ,aho nimugihe biboneka yuko uno musore Sat B ariko arabikora neza ndeste bikanashika kure .
Indirimbo ’’DAWA’’ aho novuga yuko ifise amasanamu meza ,ndeste bikaboneka yuko umuririvyi Sat B yariko arata igihugu cu Burundi ,ivyo bigatuma igihugu cu Burundi cunguka vyinshi bigiye bitandukanye .