Burundi:Sat_B yasohoye Cover yerekana kagira abahe ikindi gikorwa yise ’’DAWA’’.

Sat B akaba yatangaje ku bakunzi b’umuziki Ndundi kagira abazanire indirimbo yise ’’DAWA’’
Ni Sat B muzi yuko ariwe muririvyi yatanguye kuronka Vues menshi kuri youtube yiwe ,aho yavuze buri kwezi kazohora abaha igikorwa kandi kimeze neza .
Numwe mubaririvyi baguma batekanye ukabona bazanye ikintu kimeze neza ,aho yaraheruka gushira hanze indirimbo yise ’’YOUR DAY ’’ iyo indirimbo ikaba ari indirimbo ikuzwe hano muburundi .
Sat B akaba ariwe muririvyi yatanguye kuronka agashimwe ka youtube ,ubu ngubu umuririvyi Sat B akaba aza mubambere bakurikiranwa kuma reseau sociau .