Burundi :Titi Kiss Umurundi utanga akazoza mu mudiho wa Reggae

Titi Kiss akaba amenyesha abakunzi b’umuziki w’Uburundi kagira agarukane umudiho wa reggae ,aho uwo muririvyi akorera umuziki wiwe muri Kenya .

Titi Kiss numwe mubaririvyi babarundi baririmba reggae ,aho ariko avuga ko agira agarukane umudiho wa reggae mu Burundi .

Tukaba tuzi yuko abaririmba reggae mu Burundi bari bazwi cane kwizina rya Lion Story aho ubu batakibarizwa mu Burundi ,aho tudaheruka nukumva indirimbo zabo ,aho Titi Kiss avuga yuko vuba cane agira aje mukibanza cabo .

Nikuruno mwanya afise indirimbo iri kurubuga rwa Youtube yise ’’WHY’’,aho atumenyesheje yuko agira agarukane umudiho wa reggae muburundi .

Aho uwo muririvyi w’Umurundi akazi kumuziki agakorera muri kenya .

Raba ’’WHY’’ by Titi Kiss

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO