Burundi: Umusore usanzwe azwi ku izina Isaac Classic agiye gufungura i radiyo yise Pj FM Classic Sound of Happiness

Isaac ni umusore muto uriko uramuraba, asanzwe afise ikinyamakuru Yise Isaac TV Catanguye gukorera ku rubuga rwa Youtube. Gusa kuri ubu uyu musore agiye kwugurura insamirizi yise Pj FM Classic Sound of Happiness, izoba yumvikana mu gihugu co mu Burundi no hanze yaco.

Ubusanzwe ikinyamakuru cya Isaac TV Cisunga cane ku bijanye n’imyidagaduro ndetse kikaba arico gikurikirwa cane mu Burundi ugereranije n’ibindi binyamakuru bihari.

Nyuma y’uko Isaac aboneye ko ategerezwa gutera aja imbere, Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru yashize ahabona ko agiye kwugurura insamirizi yumvikana mu gihugu cy’Uburundi no hanze yaco izaba yitwa Pj FM Classic Sound of Happiness.


Isaac ugiye kwugurura Pj FM i radio.

Nyuma yo kwugurura iyi nsamirizi, Isaac arifuza gukomeza iterambere akazafungura na televiziyo.



Isaac hamwe n’ugwaruka ruzatangurana na Pj FM.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO