Burundi : Umviriza amateka yumwana akiri muto Marcellin Eucon ufite ubuhinga mu gutwenza abantu

Umviriza amateka yumwana akiri muto cane ,aho akora ibitangaza mu gutwenza abantu .

Marcellin Eucon numwana akiri muto aho novuga yuko afise imyaka 12 .

Aho Marcellin Eucon arumuhinga mu gutwenza abantu, aho abishoboye cane ,aho yatanguye kuryohera abantu mumwaka wa 2020 ,aho akaba yarafise imyaka 11 .

Aho Marcellin Eucon yaronse amahirwe akomeye cane yo guhurira kuri Stage imwe nabandi ba commedie bakomeye cane mugihugu c’Uburundi ,aho yari Kigingi le commedie nabandi.

Aho benshi uwo mwana w’umuhungu yabatangaje cane ,aranatwenza abantu bikomeye .

Marcellin Eucon akaba asazwe yaje ava mugihugu ca Congo ,mugabo akaba yashiste akiri umwana muto cane .

Marcellin Eucon niho yaca atangura commedie nawe atabizi ,aza aratwenza abantu niko aca atangura kwegera abamukurira kugira bamutware iyo bakinira .

Aho Marcellin Eucon yaciye aza araja imbere yisinzi ry’abantu bagatara nukuntu bariko batwezwa numwana akiri muto .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO