Burundi : Umviriza umuririvyi Themax Wanyawe ingorane yaciyemwo

Umviriza inkuru ibabaje ku muririvyi w’Umurundi ,akanasaba ababishoboye kumufasha , numuririvyi no vuga yuko atamuryango afise .

Numuririvyi azwi kwizina rya Themax Wanyawe ,izina yahawe nabavyeyi ni Niyonkuru Elyse ,aho uwo muririvyi yaciye mu buzima bukomeye cane ndeste bunababaje ,aho aguma arira ngo bamufashe kuko atagira ikimufasha.

Aho yabuze umuvyeyi wiwe (maman) kumyaka itanu (5) ,aho uwo muryango atacuti nimwe warufise ,aho uwo muririvyi amaze kubura umuvyeyi aho yaciye aja mwibarabara kuko atakintu nakimwe bari basigaranye.

Aho yipfujije kwiga biranka ,akomeza aba mwibarabara, niho yaje kuronka uwumusomesha ishuri ,ariga kuburyo bukomeye ,aho yarafise ubwenge buteye ubwoba ,kuburyo yama aba uwambere .

Niho yagiye guheba amashuri ,aja mwibarabara kurondera akazi ,aho yaciye adandaza mwibarabara utuntu two kurya ,niho yaje guturirwa ,niho yamaze igihe agwariye mu muhana w’abandi ,baja kumwirukana akirwaye ,niho yasubira kuronka akazi bigoranye .

Aho yatowe numugira neza amuha akazi ko murugo ,arakora imisi itari mike ,niho uwo yakorera yagenda mu gihugu cu Rwanda ,aca aramutwarana.

Niho yaguma aronderera mu Rwanda vyanka ,aho novuga yuko arumuririvyi ariko aragerageza gushikana impano yiwe kure .

Aho mukuronka amahera yo kuja muri studio vyamugora kuburyo bukomeye cane .

Agasaba ababishoboye ko bomufasha kugira ashikane impano yiwe kure .

Aho novuga yuko yaraheruka gushira hanze indirimbo yise ’’MFATA’’ .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO