Burundi : Uwatowe muri AMB (Amical Des Musicien Du Burundi )

Krazzi Bright azwi nkumuhinyanyuzi wa kera ,akaba ariwe yatowe nkuwuzorongora Amical Des musicien Du Burundi (AMB)
Unumusi uwatowe nkuwuzorongora AMB numwe mubahinyanyuzi bakera ,aho arumwe mubakoze amateka mu gihugu c’Uburundi .
Uwatowe aho azwi kwizina rya Krazzi Bright,abenshi bikaba vyabaryoheye kubwo guhindura uburongozi .
Krazzi Bright aho yavuze amajambo akomeye cane ,ko azoshikana umuziki Ndundi kuyindi ntabwe .
Krazzi Bright akaba ariwe yatanguye kuzana studio ihinyanyura umuziki mu Burundi ,urumva kwari amateka ,ko agiye gutwara ivyo yarazi.