Burundi : Vichou Love yashize hanze indirimbo yiwe yise ’’URUMUGABO’’

Vichou Love yashize hanze indirimbo ihayagiza Mutima Le Commedie akaba yayise ’’URUMUGABO’’.

Vichou Love akaba ashize hanze indirimbo yise ’’URUMUGABO’’ ,iyo ndirimbo ikaba irimwo amajambo ahayagiza Mutima Le Commedien.

Aho ni mugihe Mutima Le Commedie yari imbere ya nyene icubahiro umukuru w’igihugu c’Uburundi EVARISTE NDAYISHIMIYE ,aho yavuze amajambo akomeye cane ,akaba yaraba cane cane abakora ubugenegene (abaririvyi ,aba commedie ,nabandi ....),aho abaririvyi benshi bamuvuze neza cane bivanye nivyo yavuze.

Vichou Love nawe aca agira ati sinokuvuga warapfuye ,reka nkuvuge ukihari ,aho yaciye ashira hanze iyo ndirimbo ivuga kuri Mutima akaba yayise ’’URUMUGABO’’.

Yirabe uciye aha

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO