Burundi : Vichou Love yatangaje kagira ashire hanze Album

Umuririvyi Vichou Love yatangarije abakunzi b’umuziki Ndundi ko agira ashire hanze album nsha. Uyu muririvyi asazwe abarizwa mu murwi wa Peace and Love.

Vichou Love numwe mubaririvyi babarundi aho abarizwa mu murwi wa Peace And Love ,aho uwo murwi warimwo abasore babiri ninkumi imwe ,muga baja gusigara ari babiri ,munyuma haje gupfa uwitwa Bosco aho yagize impanuka,ubu tuvugana hakaba hasigaye Vichou Love .

Aho uwo murwi usazwe ufise naho ukorera karaoke ,bakabarizwa nomubaririvyi baririmba indirimbo zakanovera .

Aho Vichou Love yerekanye amafoto ari muri Dream House aho yamenyesheje abakunzi bumuziki kagira ashire hanze Album yiwe .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO