Burundi:Wiz Designer yashize Cover hanze y’indirimbo shasha azosohora kumusi w’abakundanye akaba yayise ’’FALLING IN LOVE’’

Wiz Designer yasohoye cover y’indirimbo shasha agiye gusohora akaba yayise ’’FALLING IN LOVE’’ ,akaba agiye kuyizanira cane cane abakundanye.

Wiz Designer numwe mu baririvyi basazwe baririmba indirimbo nziza ndeste zigakudwa cane.

Wiz Designer afise indirimbo nyinshi zamenyekanye mu bihugu bigiye bitandukanye cane cane mu gihugu c’u Rwanda uhereye kuri ’’NYAMPINGA’’ ni Indirimbo yamushikanye kure cane ,niyo yatumye anamenyekana .

Wiz Designer imisi yose kumusi wabakundana yama yabazaniye akantu kameze neza ,ndeste no mumwaka uheze akaba yaranabikoze ,nubu akaba agiye kubazanira akaririmbo yise ’’FALLING IN LOVE’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO